Lyrks
Lyrks
Lyrks
Cover Art

Garukira igiti Lyrics by Pazzos Bi

Aimez-vous

2020

Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Igiti burya ni ngirakamaro, kidufitiye akamaro kanini
Naho dutako tukabirenga, kiradufasha ibintu vyinshi
Tekereza witegereze hano, Imana ikunda abarundi
Igihugu cacu yo kiratatse n'ivyiza vy'ibiti vyacu
Mu kwubaka (yoyoyo), igiti kiduteza agateka
Inzugi ziri kumazu, Ni ivyiza vy'uburundi
Amadirisha ameza meza meza, ni ivyiza vy'uburundi
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Murundi murundi kazi, nitwiteho gutera ibiti
Twikingire rino zuba, turonderere isi imvura
Mu gukingira ino si yacu, igiti burya kiradufasha
Nureke gusamara wewe utabona akamaro kaco
Ni ngira akamaro (yoyoyo) nivyo usangana ivyamwa
Igiti ni ngirakamaro, Kidufasha muri vyinshi
Mugukingira isi ukugadagurika, kidufasha muri vyinshi
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikijе
Uteme igiti wiyubara, tukironderеre agateka
Teme igiti uteye ibindi bibiri dutake igihugu cacu
Dusonere ubuzima bwaco, tukironderere agateka
Muntu uriko utema igiti ntiwibagare akaranga
K'abo hambere (yoyoyo) ko gutyorora uburundi
Murundi murundikazi, igiti burya ni ngirakamaro
Rwaruka Burundi bw'ejo, igiti burya ni ngira kamaro
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Garukira igiti murundi, tubungabunge amashamba
Y'akamaro kanini mu gihugu cacu, dukingire ibidukikije
Credits

About “Garukira igiti” by Pazzos Bi

Read the complete lyrics to "Garukira igiti" by Pazzos Bi from the album "Aimez-vous" in 2020. On Lyrks you can follow along with the full text, explore the artist's discography, and discover related songs. The track is often categorized under Reggae, Pop.

"Garukira igiti" is performed by Pazzos Bi. from the album "Aimez-vous" in 2020 This page provides the full lyric text for fans who want to sing along, study the songwriting, or compare versions across releases. Lyrks organizes lyrics by artist and song slug so you can bookmark and share a stable URL. Music lyrics help listeners connect with emotion, narrative, and rhythm in a track. Whether you are learning English, researching a favorite chorus, or preparing for karaoke, having accurate line breaks and section labels (verse, chorus, bridge) makes the experience easier. We link to the official artist profile on Lyrks where available, including biography snippets, top songs, and chart placements when we have that data. If you enjoy "Garukira igiti", explore more songs by Pazzos Bi using the links below. Chart and trending pages on Lyrks highlight what listeners are searching for this week. For copyright or correction requests, see our DMCA and contact pages.

View all songs and biography for Pazzos Bi · Trending lyrics · Billboard Hot 100

Frequently asked questions

"Garukira igiti" is credited to Pazzos Bi. Songwriting credits may include additional writers listed on the release; check the credits section on this page for linked collaborators.

"Garukira igiti" appears on "Aimez-vous" in 2020.

Visit the Pazzos Bi artist page at /artist/pazzos-bi for biography, popular tracks, and links to more lyric pages.